Ezekiyeli 11:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 kugira ngo bagendere mu vyagezwe vyanje, bagumye ingingo zanje z’ubutungane bongere bazishitse vy’ukuri+, kandi babe abantu banje koko+, nanje mbe Imana yabo+.”’
20 kugira ngo bagendere mu vyagezwe vyanje, bagumye ingingo zanje z’ubutungane bongere bazishitse vy’ukuri+, kandi babe abantu banje koko+, nanje mbe Imana yabo+.”’