Yeremiya 30:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 “Kandi muzoba koko abantu banje+, nanje mbe Imana yanyu+.” Ezekiyeli 11:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 kugira ngo bagendere mu vyagezwe vyanje, bagumye ingingo zanje z’ubutungane bongere bazishitse vy’ukuri+, kandi babe abantu banje koko+, nanje mbe Imana yabo+.”’ Ezekiyeli 37:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Itaberenakulo* yanje izoba vy’ukuri hejuru yabo+; nzoba koko Imana yabo, na bo babe abantu banje+.
20 kugira ngo bagendere mu vyagezwe vyanje, bagumye ingingo zanje z’ubutungane bongere bazishitse vy’ukuri+, kandi babe abantu banje koko+, nanje mbe Imana yabo+.”’
27 Itaberenakulo* yanje izoba vy’ukuri hejuru yabo+; nzoba koko Imana yabo, na bo babe abantu banje+.