Gusubira mu vyagezwe 32:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Kuko Yehova azocira urubanza abantu biwe+Kandi azokwicuza ku bijanye n’abasavyi biwe+,Kuko azobona ko icishimikizo cazimanganyeHakaba hasigaye gusa uwutagira gitabara, uwutagira ico amaze. Yesaya 1:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Ku bw’ivyo ibi ni vyo Umukama w’ukuri, Yehova nyen’ingabo, wa Munyabubasha wa Isirayeli+, avuze: “Ahaa! Nzokwikurako abansi banje, kandi nzokwihora+ abansi banje+.
36 Kuko Yehova azocira urubanza abantu biwe+Kandi azokwicuza ku bijanye n’abasavyi biwe+,Kuko azobona ko icishimikizo cazimanganyeHakaba hasigaye gusa uwutagira gitabara, uwutagira ico amaze.
24 Ku bw’ivyo ibi ni vyo Umukama w’ukuri, Yehova nyen’ingabo, wa Munyabubasha wa Isirayeli+, avuze: “Ahaa! Nzokwikurako abansi banje, kandi nzokwihora+ abansi banje+.