ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 58:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Bivuye kuri wewe, ntibazobura kwubaka ibibanza vyatikijwe kuva kera+; uzoduza mbere imishinge y’amayaruka akurikirana+. Kandi uzokwitwa vy’ukuri umusanuzi w’igihengeri+, uwusubizaho amabarabara umuntu ashobora kuba iruhande.

  • Yeremiya 33:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 “Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘Aha hantu, aho muzoba muvuga ko ari igiharabuga kitagiramwo umuntu n’igitungwa, mu bisagara vya Yuda no mu mabarabara ya Yeruzalemu vyacitse umusaka+, bitagiramwo umuntu n’uwuhaba n’igitungwa, hazosubira kwumvikana+

  • Amosi 9:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Kandi nzogarukana abagizwe imbohe bo mu bantu banje Isirayeli+, na bo bazokwubaka vy’ukuri ibisagara vyagizwe umusaka babibemwo+, batere imirima y’imizabibu binywere umuvinyu wayo, barime n’imirima birire ivyamwa vyayo+.’

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika