Itanguriro 2:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Vyongeye, Yehova Imana atunganya umurima muri Edeni+, amaja mu buseruko, maze ahashira nya muntu yari yabumvye+. Itanguriro 13:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nuko Loti yunamura amaso maze abona Intara ya Yorodani+ yose gushika i Zowari+, yuko yose yari akarere kavomerewe neza (aho hakaba hari imbere y’uko Yehova ahonya Sodomu na Gomora), nka wa murima wa Yehova+, nk’igihugu ca Misiri.
8 Vyongeye, Yehova Imana atunganya umurima muri Edeni+, amaja mu buseruko, maze ahashira nya muntu yari yabumvye+.
10 Nuko Loti yunamura amaso maze abona Intara ya Yorodani+ yose gushika i Zowari+, yuko yose yari akarere kavomerewe neza (aho hakaba hari imbere y’uko Yehova ahonya Sodomu na Gomora), nka wa murima wa Yehova+, nk’igihugu ca Misiri.