ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezekiyeli 17:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Kandi ibiti vyose vyo mu gahinga bizobwirizwa kumenya yuko jewe Yehova+ nashize hasi igiti kirekire+, ngashira hejuru igiti kigufi+, nkumisha igiti kikiri kibisi+, ngatuma igiti cumye gishurika. Jewe Yehova narabivuze kandi ndabikora+.”’”

  • Ezekiyeli 37:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 Kandi amahanga azobwirizwa kumenya yuko jewe Yehova+ ndiko ndeza Isirayeli, aheranda hanje nihaba hagati yabo gushika igihe kitagira urugero+.”’”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika