Zaburi 141:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nka kurya umuntu asatura inkwi akazimanyagura kw’isi,Ni ko amagufa yacu yasanzajwe ku munwa w’ukuzimu+. Yesaya 49:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Mugabo Siyoni yagumye avuga ngo: “Yehova yarampevye+, Yehova ubwiwe yaranyibagiye+.”
7 Nka kurya umuntu asatura inkwi akazimanyagura kw’isi,Ni ko amagufa yacu yasanzajwe ku munwa w’ukuzimu+.