ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezekiyeli 37:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 “Nayo wewe ga mwana w’umuntu, niwitorere agakoni+ ukandikeko ngo: ‘Ni aka Yuda be na bene Isirayeli, bagenziwe+.’ Utore akandi gakoni ukandikeko ngo: ‘Ni aka Yozefu, agakoni ka Efurayimu+, be n’inzu ya Isirayeli yose, bagenziwe+.’

  • Zakariya 10:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Nzotuma inzu ya Yuda itsinda, kandi inzu ya Yozefu nzoyikiza+. Nzobaha aho kuba, kuko nzobagirira imbabazi+; bazomera nk’abo ntari narashibuye+; kuko ndi Yehova Imana yabo, kandi nzobishura+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika