Itanguriro 10:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Bene Gomeri na bo bari Ashikenazi+ na Rifati+ na Togaruma+. Ezekiyeli 27:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Mu nzu ya Togaruma+ hava amafarasi be n’amafarasi y’imbangutsi be n’inyumpu, ivyo waronka mu gutanga ivyo mu bubiko bwawe.
14 Mu nzu ya Togaruma+ hava amafarasi be n’amafarasi y’imbangutsi be n’inyumpu, ivyo waronka mu gutanga ivyo mu bubiko bwawe.