Zakariya 2:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Kuko ibi ari vyo Yehova nyen’ingabo avuze: ‘Amaze kuninahazwa+, yarantumye ku mahanga yahora abanyaga+; kuko uwubakozeko+ aba akoze ku mbone y’ijisho ryanje+.
8 Kuko ibi ari vyo Yehova nyen’ingabo avuze: ‘Amaze kuninahazwa+, yarantumye ku mahanga yahora abanyaga+; kuko uwubakozeko+ aba akoze ku mbone y’ijisho ryanje+.