-
Ezekiyeli 38:8Bibiliya y’isi nshasha
-
-
8 “‘“Haheze imisi myinshi, uzokwitabwaho. Mu kiringo ca nyuma c’imyaka, uzoza ugana igihugu+ c’abagarukanywe bakuwe ku nkota, bagakoranirizwa hamwe bakuwe mu bisata vyinshi+, bagashirwa ku misozi ya Isirayeli, iyabaye ikibanza kiguma gitikizwa; egome, igihugu cakuwe mu bisata vy’abantu, ico biberamwo mu mutekano, bose hamwe+.
-