ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Ngoma 20:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Nuko bene Amoni na Mowabu bahagurukira ababa mu karere k’imisozi ka Seyiri+ kugira ngo babatikize, babazimanganye; bakimara kurangiza ababa i Seyiri, baca bafashanya umwe wese kwica mugenziwe+.

  • Hagayi 2:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Kandi nzokwubika koko intebe y’ubwami nongere nzimanganye inkomezi z’ubwami bw’amahanga+; nzokwubika umukogote n’abawugenderamwo, kandi amafarasi n’abayagenderako bizogwa+, umwe wese agwishwe n’inkota ya mwene wabo+.’”

  • Zakariya 14:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 “Kuri uwo musi, umuvurungano uvuye kuri Yehova uzokwiragira muri bo+; umwe wese azocakira ukuboko kwa mugenziwe, kandi ukuboko kwiwe kuzorwanya ukuboko kwa mugenziwe.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika