Ezekiyeli 38:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Nzoburana+ na we, nkoresheje ikiza+ n’amaraso+; imvura y’isegenya isegenyuka be n’iminana y’urubura+, umuriro+ be n’amazuku, ni vyo nzogwisha kuri we no ku nteko ziwe no ku bisata vyinshi bizoba biri kumwe na we+.
22 Nzoburana+ na we, nkoresheje ikiza+ n’amaraso+; imvura y’isegenya isegenyuka be n’iminana y’urubura+, umuriro+ be n’amazuku, ni vyo nzogwisha kuri we no ku nteko ziwe no ku bisata vyinshi bizoba biri kumwe na we+.