Ivyahishuwe 19:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Mugabo abasigaye bamarwa na ya nkota ndende y’umwe yicaye kw’ifarasi+, iyo nkota ikaba yavuye mu kanwa kiwe+. Maze inyoni+ zose zihazwa+ n’inyama zabo+.
21 Mugabo abasigaye bamarwa na ya nkota ndende y’umwe yicaye kw’ifarasi+, iyo nkota ikaba yavuye mu kanwa kiwe+. Maze inyoni+ zose zihazwa+ n’inyama zabo+.