Zaburi 9:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Yehova amenyekanira ku rubanza yashikije+.Umubisha afashwe n’igikorwa c’amaboko yiwe+.Higayoni*. Sela. Yeremiya 24:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nzobaha umutima kugira bamenye jewe+, bamenye yuko jewe ndi Yehova; kandi bazoba koko abantu banje+, nanje mbe Imana yabo, kuko bazongarukako n’umutima wabo wose+.
16 Yehova amenyekanira ku rubanza yashikije+.Umubisha afashwe n’igikorwa c’amaboko yiwe+.Higayoni*. Sela.
7 Nzobaha umutima kugira bamenye jewe+, bamenye yuko jewe ndi Yehova; kandi bazoba koko abantu banje+, nanje mbe Imana yabo, kuko bazongarukako n’umutima wabo wose+.