Abalewi 26:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Kandi sinzobura kubazanako inkota y’uguhōra+ ku bw’isezerano+; kandi muzokwitera mu bisagara vyanyu, nanje ata gukeka ndungike ikiza hagati muri mwebwe+, kandi muzotegerezwa gutangwa mu kuboko kw’umwansi+. Gusubira mu vyagezwe 32:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Mbega umwe yokinagiza gute igihumbi,Babiri na bo bakomora ibihumbi cumi+,Gitandara cabo atabagurishije+,Yehova atabatanze? Zaburi 106:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 Incuro n’izindi abatanga mu kuboko kw’amahanga+,Kugira ngo ababanka babaganze+,
25 Kandi sinzobura kubazanako inkota y’uguhōra+ ku bw’isezerano+; kandi muzokwitera mu bisagara vyanyu, nanje ata gukeka ndungike ikiza hagati muri mwebwe+, kandi muzotegerezwa gutangwa mu kuboko kw’umwansi+.
30 Mbega umwe yokinagiza gute igihumbi,Babiri na bo bakomora ibihumbi cumi+,Gitandara cabo atabagurishije+,Yehova atabatanze?