Zaburi 99:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ewe Yehova Mana yacu, wewe ubwawe warabitaba+.Kuri bo wabonetse ko uri Imana itanga ikigongwe+,Igashitsa uguhōra ku bw’ibikorwa vyabo vy’agaterasoni+.
8 Ewe Yehova Mana yacu, wewe ubwawe warabitaba+.Kuri bo wabonetse ko uri Imana itanga ikigongwe+,Igashitsa uguhōra ku bw’ibikorwa vyabo vy’agaterasoni+.