Ezekiyeli 44:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nuko anzana imbere ya ya Nzu ancishije mw’irembo ryo mu buraruko, kugira ngo mbone, maze, ehe ubuninahazwa bwa Yehova bwari bwuzuye inzu ya Yehova+. Maze nca ngwa nubamye+.
4 Nuko anzana imbere ya ya Nzu ancishije mw’irembo ryo mu buraruko, kugira ngo mbone, maze, ehe ubuninahazwa bwa Yehova bwari bwuzuye inzu ya Yehova+. Maze nca ngwa nubamye+.