Abalewi 1:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kandi rya shikanwa riturirwa rize rikurweko urushato hanyuma rihimbagurwe mu bihimba vyaryo+. Abalewi 8:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Ahimbagura nya mpfizi y’intama mu bipande vyayo+, hanyuma Musa atangura gufumbisha umwotsi umutwe wayo na nya bipande be n’umurayirayi.
20 Ahimbagura nya mpfizi y’intama mu bipande vyayo+, hanyuma Musa atangura gufumbisha umwotsi umutwe wayo na nya bipande be n’umurayirayi.