Hoseya 10:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Umutima wabo wabaye uwiyorobeka+; ubu rero bazokwagirwa n’icaha. “Hari uwuzomenagura ibicaniro vyabo; azonyaga inkingi zabo+.
2 Umutima wabo wabaye uwiyorobeka+; ubu rero bazokwagirwa n’icaha. “Hari uwuzomenagura ibicaniro vyabo; azonyaga inkingi zabo+.