Amosi 2:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Bahezagirika bipfuza kubona umukungugu w’isi ku mutwe w’abantu batobato+; bacisha ku ruhande inzira y’abatekereza+; kandi umuhungu na se ba giye ku mukobwa umwe+, mu ntumbero yo guhumanya izina ryanje ryeranda+.
7 Bahezagirika bipfuza kubona umukungugu w’isi ku mutwe w’abantu batobato+; bacisha ku ruhande inzira y’abatekereza+; kandi umuhungu na se ba giye ku mukobwa umwe+, mu ntumbero yo guhumanya izina ryanje ryeranda+.