Hoseya 2:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nimuburanye nyoko wanyu+; nimumuburanye, kuko atari umugore wanje+ nanje nkaba ntari umugabo wiwe+. Abwirizwa gukura ubusambanyi bwiwe imbere yiwe, n’ukurenga ibigo kwiwe hagati y’amabere yiwe+,
2 Nimuburanye nyoko wanyu+; nimumuburanye, kuko atari umugore wanje+ nanje nkaba ntari umugabo wiwe+. Abwirizwa gukura ubusambanyi bwiwe imbere yiwe, n’ukurenga ibigo kwiwe hagati y’amabere yiwe+,