5 “‘Maze ca kimasa kize gikerererwe imbere ya Yehova; kandi bene Aroni, abaherezi+, baze bashikirize amaraso bongere bayamijagire hirya no hino kuri ca gicaniro*+ kiri ku bwinjiriro bw’ihema ry’ihuriro.
19 Kandi umuherezi aze atore makeyi ku maraso y’ishikanwa ry’igicumuro, ayashire ku gishimaryango+ ca ya Nzu no ku mfuruka zine za wa muhiro ukikuje igicaniro+, no ku gishimaryango c’irembo ry’ikigo c’indani.