Kuvayo 29:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 “Kandi uku ni ko utegerezwa kugirira Aroni n’abahungu biwe wisunze ivyo nagutegetse vyose+: Uzofata imisi indwi kugira wuzuze ukuboko kwabo ububasha+.
35 “Kandi uku ni ko utegerezwa kugirira Aroni n’abahungu biwe wisunze ivyo nagutegetse vyose+: Uzofata imisi indwi kugira wuzuze ukuboko kwabo ububasha+.