28 Kuko igikorwa cabo cari ico gufasha bene Aroni+ ku bijanye n’igikorwa co ku nzu ya Yehova, ku vyerekeye ibigo+, ivyumba vy’uburiro+, ugutyorora ikintu ceranda cose+, be n’umurimo w’igikorwa co ku nzu y’Imana y’ukuri,
32 Kandi bitwararika ivyo kurinda+ ihema ry’ihuriro no kurinda ahantu heranda+ no kurinda abahungu ba Aroni bene wabo, ku bw’igikorwa c’inzu ya Yehova+.