Abalewi 10:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 “Ntunywe umuvinyu canke inzoga iboreza+, mwe n’abahungu bawe bari kumwe nawe, igihe mugira mwinjire mw’ihema ry’ihuriro, kugira ntimupfe. Ni icagezwe gushika igihe kitagira urugero ku mayaruka yanyu, Luka 1:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 kuko azoba mukuru imbere ya Yehova+. Mugabo ntaze yigere anywa umuvinyu n’ikinyobwa gikaze+, kandi azokwuzuzwa impwemu nyeranda kuva akiri mu nda ya nyina+;
9 “Ntunywe umuvinyu canke inzoga iboreza+, mwe n’abahungu bawe bari kumwe nawe, igihe mugira mwinjire mw’ihema ry’ihuriro, kugira ntimupfe. Ni icagezwe gushika igihe kitagira urugero ku mayaruka yanyu,
15 kuko azoba mukuru imbere ya Yehova+. Mugabo ntaze yigere anywa umuvinyu n’ikinyobwa gikaze+, kandi azokwuzuzwa impwemu nyeranda kuva akiri mu nda ya nyina+;