Guharura 19:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Umuntu nk’uwo aze yityoroze nya mazi ku musi ugira gatatu+, maze ku musi ugira indwi abone kuba uwudahumanye. Mugabo natityorora ku musi ugira gatatu, ku musi ugira indwi rero ntazoba uwudahumanye.
12 Umuntu nk’uwo aze yityoroze nya mazi ku musi ugira gatatu+, maze ku musi ugira indwi abone kuba uwudahumanye. Mugabo natityorora ku musi ugira gatatu, ku musi ugira indwi rero ntazoba uwudahumanye.