22 Kandi bize bigende gutya: muze mucigaburire bwa ntoranwa+, mwe na ba kavamahanga babayeho ari ba kavamahanga hagati yanyu+ bavyariye abana hagati yanyu. Kuri mwebwe baze babe nk’imvukira muri bene Isirayeli. Bazotorana hamwe namwe biciye ku bupfindo, hagati y’imiryango ya Isirayeli+.