-
Ezekiyeli 46:16Bibiliya y’isi nshasha
-
-
16 “Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Umukuru niyaha ingabirano umwe wese mu bana biwe ngo ibe intoranwa yiwe, iyo izokwegukira abana biwe ubwabo. Ni itongo ribegukira bwa ntoranwa.
-