Abalewi 1:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kandi aze arambike ikiganza ciwe ku mutwe wa nya shikanwa riturirwa, maze rizokwemeranwa umutima mwiza+ ku bwiwe kugira atangirwe impongano*+. Abalewi 6:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Ariko ishikanwa ry’igicumuro ryose rizoba ryakuweko makeyi ku maraso+ akazanwa mw’ihema ry’ihuriro ku bwo gutanga impongano ha hantu heranda, ntirize riribwe. Ni ukuriturira n’umuriro. Abaheburayo 9:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Egome, hafi ibintu vyose birahumanuzwa amaraso+ nk’uko Itegeko riri, kandi hadasheshwe amaraso+ nta kubabarirwa kuhaba+.
4 Kandi aze arambike ikiganza ciwe ku mutwe wa nya shikanwa riturirwa, maze rizokwemeranwa umutima mwiza+ ku bwiwe kugira atangirwe impongano*+.
30 Ariko ishikanwa ry’igicumuro ryose rizoba ryakuweko makeyi ku maraso+ akazanwa mw’ihema ry’ihuriro ku bwo gutanga impongano ha hantu heranda, ntirize riribwe. Ni ukuriturira n’umuriro.
22 Egome, hafi ibintu vyose birahumanuzwa amaraso+ nk’uko Itegeko riri, kandi hadasheshwe amaraso+ nta kubabarirwa kuhaba+.