Abalewi 4:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 “‘Kandi hagize uwo ari we wese mu banyagihugu acumura atabishaka mu gukora kimwe mu bintu Yehova ategeka ko bidakwiye gukorwa kandi akagirwa n’icaha koko+, Zaburi 19:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Amakosa, ni nde yoyatahura+?Nunyite intungane unkureko ibicumuro vyihishije+.
27 “‘Kandi hagize uwo ari we wese mu banyagihugu acumura atabishaka mu gukora kimwe mu bintu Yehova ategeka ko bidakwiye gukorwa kandi akagirwa n’icaha koko+,