Zaburi 81:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ku mboneko y’ukwezi, muvuze inzamba+;Ku kwezi kw’igisyo, ku bw’umusi w’umusi mukuru wacu+. Yesaya 66:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 “Kandi uku ni ko bizoba koko: guhera ku mboneko y’ukwezi gushika ku yindi, no guhera kw’isabato gushika ku yindi, ikiri n’umubiri cose kizoza kwunama imbere yanje+,” ni ko Yehova avuze.
23 “Kandi uku ni ko bizoba koko: guhera ku mboneko y’ukwezi gushika ku yindi, no guhera kw’isabato gushika ku yindi, ikiri n’umubiri cose kizoza kwunama imbere yanje+,” ni ko Yehova avuze.