Yesaya 66:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 “Kandi uku ni ko bizoba koko: guhera ku mboneko y’ukwezi gushika ku yindi, no guhera kw’isabato gushika ku yindi, ikiri n’umubiri cose kizoza kwunama imbere yanje+,” ni ko Yehova avuze. Luka 1:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 kandi abantu indiri bose bo muri ico gisata bariko barasengera hanze kw’isaha yo gushikana imibavu+.
23 “Kandi uku ni ko bizoba koko: guhera ku mboneko y’ukwezi gushika ku yindi, no guhera kw’isabato gushika ku yindi, ikiri n’umubiri cose kizoza kwunama imbere yanje+,” ni ko Yehova avuze.
10 kandi abantu indiri bose bo muri ico gisata bariko barasengera hanze kw’isaha yo gushikana imibavu+.