Ezekiyeli 44:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Ishikanwa ry’intete be n’ishikanwa ry’igicumuro be n’ishikanwa ry’ukwagirwa n’icaha, ni bo bazoyarya+. Kandi ikintu cose cagizwe inyegu muri Isirayeli kizoba rwabo+.
29 Ishikanwa ry’intete be n’ishikanwa ry’igicumuro be n’ishikanwa ry’ukwagirwa n’icaha, ni bo bazoyarya+. Kandi ikintu cose cagizwe inyegu muri Isirayeli kizoba rwabo+.