-
Ezekiyeli 48:1Bibiliya y’isi nshasha
-
-
48 “Kandi aya ni yo mazina y’imiryango. Kuva ku mupaka wo mu buraruko, ku ruhande rwo hambavu y’inzira y’i Hetiloni+ gushika ku bwinjiriro bwa Hamati+, Hazari-enani+, urubibe rwa Damasiko amaja mu buraruko, ku ruhande rwa Hamati; kandi haze hagire umupaka wo mu buseruko n’uwo mu burengero; aho ni Dani+: umugabane umwe.
-