Itanguriro 14:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nuko mw’ijoro agabura ingabo ziwe+, we n’abashumba biwe, ngo babarwanye, arabatsinda kandi aguma abakurikira gushika i Hoba, ahari mu buraruko bwa Damasiko.
15 Nuko mw’ijoro agabura ingabo ziwe+, we n’abashumba biwe, ngo babarwanye, arabatsinda kandi aguma abakurikira gushika i Hoba, ahari mu buraruko bwa Damasiko.