Itanguriro 30:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Maze Rasheli avuga ati: “Naniganye na mwene wacu ukunigana kw’inguvu. Kandi natahukanye intsinzi!” Nuko amwita Nafutali+. Yosuwa 19:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Ubupfindo+ bugira gatandatu busohoka ku bwa bene Nafutali+, ku bwa bene Nafutali hakurikijwe imiryango yabo.
8 Maze Rasheli avuga ati: “Naniganye na mwene wacu ukunigana kw’inguvu. Kandi natahukanye intsinzi!” Nuko amwita Nafutali+.
32 Ubupfindo+ bugira gatandatu busohoka ku bwa bene Nafutali+, ku bwa bene Nafutali hakurikijwe imiryango yabo.