Itanguriro 41:51 Bibiliya y’isi nshasha 51 Nuko Yozefu yita imfura Manase+, kuko yavuga ati: “Imana yanyibagije ivyago vyanje vyose n’inzu ya dawe yose+.” Itanguriro 48:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ariko Isirayeli atuma ukuryo kwiwe, agushira ku mutwe wa Efurayimu+, naho ari we yari mutoyi+, ukubamfu kwiwe na kwo agushira ku mutwe wa Manase+. Amaboko yiwe yayagize gutyo ibigirankana, kuko Manase ari we yari imfura+. Yosuwa 13:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Vyongeye, Musa aha ingabirano igice c’umuryango wa Manase, iba umugabane w’igice c’umuryango wa bene Manase hakurikijwe imiryango yabo+.
51 Nuko Yozefu yita imfura Manase+, kuko yavuga ati: “Imana yanyibagije ivyago vyanje vyose n’inzu ya dawe yose+.”
14 Ariko Isirayeli atuma ukuryo kwiwe, agushira ku mutwe wa Efurayimu+, naho ari we yari mutoyi+, ukubamfu kwiwe na kwo agushira ku mutwe wa Manase+. Amaboko yiwe yayagize gutyo ibigirankana, kuko Manase ari we yari imfura+.
29 Vyongeye, Musa aha ingabirano igice c’umuryango wa Manase, iba umugabane w’igice c’umuryango wa bene Manase hakurikijwe imiryango yabo+.