Zaburi 45:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Mu kibanza ca ba sogokuruza bawe+ hazoba abana bawe+,Abo uzogena kuba abaganwa mw’isi yose+. Yesaya 32:1 Bibiliya y’isi nshasha 32 Raba! Umwami+ azoganza ku bw’ubugororotsi+; nayo abaganwa+, bazotwara nk’abaganwa ku bw’ubutungane.
32 Raba! Umwami+ azoganza ku bw’ubugororotsi+; nayo abaganwa+, bazotwara nk’abaganwa ku bw’ubutungane.