ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 34:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 “Tegeka bene Isirayeli uti: ‘Mugiye mu gihugu ca Kanani+. Ico ni co gihugu kizobegukira bwa ntoranwa+, igihugu ca Kanani nk’uko imbibe zaco ziri+.

  • Guharura 34:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Musa ategeka rero bene Isirayeli ati: “Ico ni co gihugu muzokwigabanganiriza biciye ku bupfindo+ ngo mucigabire, nk’uko Yehova yategetse ko gihabwa imiryango icenda n’igice+.

  • Yosuwa 14:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Intoranwa yabo bayihawe biciye ku bupfindo+, nk’uko nyene Yehova yari yarategetse biciye kuri Musa ku vyerekeye ya miryango icenda na ca gice c’umuryango+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika