Ezekiyeli 47:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Aka ni ko karere muzokwikebera bwa ntoranwa, kabe igihugu ca ya miryango cumi n’ibiri ya Isirayeli, ibipande bibiri vy’itongo bihabwe Yozefu+.
13 Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Aka ni ko karere muzokwikebera bwa ntoranwa, kabe igihugu ca ya miryango cumi n’ibiri ya Isirayeli, ibipande bibiri vy’itongo bihabwe Yozefu+.