-
Ezekiyeli 48:16Bibiliya y’isi nshasha
-
-
16 Izi ni zo ngero z’ico gisagara: umupaka wo mu buraruko ni amatambwe ibihumbi bine n’amajana atanu; umupaka wo mu bumanuko, ibihumbi bine n’amajana atanu; umupaka wo mu buseruko, ibihumbi bine n’amajana atanu; umupaka wo mu burengero na wo, ibihumbi bine n’amajana atanu.
-