Yeremiya 7:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 ‘Kuko bene Yuda bakoze ibibi mu maso yanje,’ ni ko Yehova avuze. ‘Bashize ibintu vyabo bisesemye mu nzu yitirirwa izina ryanje, kugira bayihumanye+. Yeremiya 32:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Barashize ibintu bisesemye vyabo mu nzu yitirirwa izina ryanje, kugira ngo bayihumanye+.
30 ‘Kuko bene Yuda bakoze ibibi mu maso yanje,’ ni ko Yehova avuze. ‘Bashize ibintu vyabo bisesemye mu nzu yitirirwa izina ryanje, kugira bayihumanye+.