Gusubira mu vyagezwe 28:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Uzogenda urakabakaba ku mutaga, nka kurya impumyi ikabakaba mu muzimagiza+, kandi ntuzotuma inzira zawe ziroranirwa; uzocika gusa uwama agungwa kandi yamburwa, ata wuri bugukize+. 2 Ngoma 36:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Atangura guturira inzu y’Imana+ y’ukuri yongera asiturira hasi uruhome+ rwa Yeruzalemu; iminara yaho yo kubamwo yose bayituriza umuriro, be n’ibintu vyaho vyose bihimbaye+, kugira bahayogeze+. Gucura intimba 1:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Umurwanizi yaramvuriye ukuboko ibintu bihimbaye vyiwe vyose+.Kuko yabonye amahanga yinjiye aheranda hiwe+,Ayo wategetse ko adakwiye kwinjira mw’ishengero ryawe.
29 Uzogenda urakabakaba ku mutaga, nka kurya impumyi ikabakaba mu muzimagiza+, kandi ntuzotuma inzira zawe ziroranirwa; uzocika gusa uwama agungwa kandi yamburwa, ata wuri bugukize+.
19 Atangura guturira inzu y’Imana+ y’ukuri yongera asiturira hasi uruhome+ rwa Yeruzalemu; iminara yaho yo kubamwo yose bayituriza umuriro, be n’ibintu vyaho vyose bihimbaye+, kugira bahayogeze+.
10 Umurwanizi yaramvuriye ukuboko ibintu bihimbaye vyiwe vyose+.Kuko yabonye amahanga yinjiye aheranda hiwe+,Ayo wategetse ko adakwiye kwinjira mw’ishengero ryawe.