Yeremiya 21:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Turakwinginze udusigurize Yehova+, kuko Nebukadirezari umwami wa Babiloni aduteye+. Hari aho Yehova yotugirira nk’uko ibikorwa vyiwe vyose vy’agatangaza biri, akagenda akatuviraho+.” Yeremiya 37:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Nuko Umwami Zedekiya atuma kumuzana, maze atangura kumubaza ibibazo mu nzu yiwe, mu bwihisho+. Amubwira ati: “Hoba hariho ijambo rivuye kuri Yehova?” Yeremiya na we ati: “Ririho koko!” Yongerako ati: “Uzotangwa mu kuboko kw’umwami wa Babiloni+!”
2 “Turakwinginze udusigurize Yehova+, kuko Nebukadirezari umwami wa Babiloni aduteye+. Hari aho Yehova yotugirira nk’uko ibikorwa vyiwe vyose vy’agatangaza biri, akagenda akatuviraho+.”
17 Nuko Umwami Zedekiya atuma kumuzana, maze atangura kumubaza ibibazo mu nzu yiwe, mu bwihisho+. Amubwira ati: “Hoba hariho ijambo rivuye kuri Yehova?” Yeremiya na we ati: “Ririho koko!” Yongerako ati: “Uzotangwa mu kuboko kw’umwami wa Babiloni+!”