Yeremiya 7:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 hanyuma mukaza mugahagarara imbere yanje muri iyi nzu yitirirwa izina ryanje+, mukavuga muti: ‘Ntituzobura kurokorwa,’ kandi mukora ivyo bintu vyose biteye ishishi?
10 hanyuma mukaza mugahagarara imbere yanje muri iyi nzu yitirirwa izina ryanje+, mukavuga muti: ‘Ntituzobura kurokorwa,’ kandi mukora ivyo bintu vyose biteye ishishi?