Ezekiyeli 1:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ngumye nitegereza nya binyabuzima, nza mbona ikurudumu imwe kw’isi iruhande ya nya binyabuzima+, hafi yo mu maso hane ha kimwekimwe cose+.
15 Ngumye nitegereza nya binyabuzima, nza mbona ikurudumu imwe kw’isi iruhande ya nya binyabuzima+, hafi yo mu maso hane ha kimwekimwe cose+.