Ezekiyeli 1:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Munsi y’amababa yavyo hari amaboko y’umuntu ku mpande zavyo zine+, kandi uko ari bine vyari bifise mu maso havyo n’amababa yavyo+.
8 Munsi y’amababa yavyo hari amaboko y’umuntu ku mpande zavyo zine+, kandi uko ari bine vyari bifise mu maso havyo n’amababa yavyo+.