Abalewi 26:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Namwe nzobasanzaza mu mahanga+, kandi nzosokora inkota mu rwubati inyuma yanyu+. Igihugu canyu kizotegerezwa gucika umusaka+, ibisagara vyanyu na vyo bicike ibihomvagurike. Yeremiya 42:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 inkota mutinya izobahamvya ng’aho mu gihugu ca Misiri+, kandi ikigoyi mutinya kizoboma inyuma gushikayo, gushika mu Misiri+; kandi aho ni ho muzopfira+.
33 Namwe nzobasanzaza mu mahanga+, kandi nzosokora inkota mu rwubati inyuma yanyu+. Igihugu canyu kizotegerezwa gucika umusaka+, ibisagara vyanyu na vyo bicike ibihomvagurike.
16 inkota mutinya izobahamvya ng’aho mu gihugu ca Misiri+, kandi ikigoyi mutinya kizoboma inyuma gushikayo, gushika mu Misiri+; kandi aho ni ho muzopfira+.