Zaburi 9:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Yehova amenyekanira ku rubanza yashikije+.Umubisha afashwe n’igikorwa c’amaboko yiwe+.Higayoni*. Sela. Ezekiyeli 6:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kandi nzobaramvurirako ukuboko kwanje+, igihugu ndakigire igiharabuga, emwe, ndakigire umusaka kurusha agahinga k’amaja i Dibula, mu bibanza vyose babamwo. Kandi bazobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova.’”
16 Yehova amenyekanira ku rubanza yashikije+.Umubisha afashwe n’igikorwa c’amaboko yiwe+.Higayoni*. Sela.
14 Kandi nzobaramvurirako ukuboko kwanje+, igihugu ndakigire igiharabuga, emwe, ndakigire umusaka kurusha agahinga k’amaja i Dibula, mu bibanza vyose babamwo. Kandi bazobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova.’”